Page 1328 – « Ingorane si ugupfa , ingorane ni ugupfa nabi ,gupfa ataco umariye umuryango wawe canke igihugu cakwibarutse .Wewe uri ngaha ndagusigiye iki kibazo : Uriko ukora iki kugira ngo uzopfire neza umuryango n’igihugu cakwibarutse ? »

Communiqué du Gouvernement du Burundi en rapport avec l’escalade de la violence imputable au mouvement insurrectionnel en cours à Bujumbura.

On : --

1. Au lendemain de l’annonce par le Parti CNDD-FDD de son candidat à l’élection présidentielle prochaine, certains partis politiques de l’opposition et autres activistes qui se réclament de la société civile ont entamé des manifestations qui, au départ, se prétendaient être pacifiques…

Conférence des évêques Catholiques du Burundi – Secrétariat Général

On : --

ITANGAZO RY’INAMA Y’ABEPISKOPI GATOLIKA B’IBURUNDI RYEREKEYE IBIHE TUGEZEMWO VY’ITEGURWA RY’AMATORA YO MU MWAKA W’I 2015 Bakristu dusangiye ukwemera, Barundi, Barundikazi mwese, Nitugire amahoro ya Kristu, Umwamiw’amahoro. 1. lbihe tugezemwo ni ibihe bihambaye kandi vy’ukwitondera. Hasigaye iminsi mike kugira ngo dushikire isango ry’amatora…