Page 1329 – « Ingorane si ugupfa , ingorane ni ugupfa nabi ,gupfa ataco umariye umuryango wawe canke igihugu cakwibarutse .Wewe uri ngaha ndagusigiye iki kibazo : Uriko ukora iki kugira ngo uzopfire neza umuryango n’igihugu cakwibarutse ? »

Conférence des évêques Catholiques du Burundi – Secrétariat Général

On : --

ITANGAZO RY’INAMA Y’ABEPISKOPI GATOLIKA B’IBURUNDI RYEREKEYE IBIHE TUGEZEMWO VY’ITEGURWA RY’AMATORA YO MU MWAKA W’I 2015 Bakristu dusangiye ukwemera, Barundi, Barundikazi mwese, Nitugire amahoro ya Kristu, Umwamiw’amahoro. 1. lbihe tugezemwo ni ibihe bihambaye kandi vy’ukwitondera. Hasigaye iminsi mike kugira ngo dushikire isango ry’amatora…