Page 864

Discours du Président de la République à l’occasion du 55 ème anniversaire de l’indépendance du Burundi

On : --

Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Uburundi n’amakungu mu kwigina imyaka 55 y’Intahe y’Ukwikukira Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; Tubanje kubaramutsa mwese aho muri hose! 1. Nkuko mubizi, aho bukera, abenegihugu bose, abato n’abakuze baba mu Burundi no mu mahanga, tuzohimbaza mu kanyamuneza kadasanzwe…