Étiquette : DIASPORA
Burundi / Uburundi : Pasiporo zirenga 140 z’Abarundi zatawe mu Buraya, ikimenyetso c’ubwimukira buteye amakenga
On : --Minisitiri Bizimana Edouard aragabisha ku ngeso zonona isura y’Uburundi. Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi yacu isigaye irangwa n’ububasha bw’ibihugu vyinshi (multipolarité), kuva mu 2020 Uburundi bwinjiye mu nzira y’ubutunzi bwa néolibéralisme bwiyongereye cane, ivyo bikaba vyatumye urwaruka rwinshi rw’Abarundi rujabuka…
Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria
On : --Ikibazo c’amatongo n’ibindi vyanyazwe kiri mu vyaganiriwe Pretoria (Afurika y’Epfo), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Intumwa za Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) zirongowe na Icegera c’Umukuru w’iyo Komisiyo Mgr Kimararungu Aimé J. zahuriye n’Abarundi baba mu mahanga baba muri Afurika y’Epfo, mu gisagara ca Pretoria,…
Burundi / Diaspora : Umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi wahuriye mu nama
On : --Ihuriro ry’ishami rya CNDD-FDD mu Bubiligi Lot (Ububiligi), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Ishami ry’umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi ryahuriye i Lot mu nama yabereye mu mwuka mwiza w’ubuvukanyi, ihuriro ry’Abagumyabanga bo muri diaspora y’Abarundi baba mu Bubiligi ryari rigamije guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ihindagurika…
Burundi – Gabon : Diaspora y’Abarundi yizihije ubumwe
On : --Ab’Abarundi b’i Libreville bahuriye mu bumwe Libreville (Gabon), 28/02/2026 (BdiAgnews) –– Ab’Abarundi baba muri Gabon bahuriye i Libreville mu kwizihiza umwaka mushasha mu mwuka w’ubuvukanyi n’ubumwe, ico gikorwa kikaba cabaye akaryo ko gusubiramwo ukwiyemeza kwabo gushigikira Iyerekwa 2040-2060 rishigikiwe n’Umukuru w’Igihugu, mu…
Burundi – Diaspora : Australiya, intambwe nshasha mu mubano wa dipolomasi
On : --Irambona Télésphore yemerewe nk’intumwa mu Australiya Canberra (Australiya), 26/02/2026 (BdiAgnews) – Mu murongo wa politike y’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi mahanga, Uburundi na Australiya bateye intambwe nshasha mu mubano wabo wa dipolomasi aho Irambona Télésphore yemerewe ku mugaragaro nk’intumwa y’Uburundi na Gouverneure générale Sam…
Burundi – Diaspora : Australie, une nouvelle ère diplomatique stratégique
On : --Accréditation officielle de l’Ambassadeur Irambona Canberra (Australie), 26/02/2026 (BdiAgnews) – Cadrant avec la politique étrangère des Barundi, le Burundi et l’Australie ont franchi une étape majeure dans leurs relations bilatérales avec l’accréditation officielle de l’Ambassadeur Irambona Télésphore par la Gouverneure générale Sam…
