Étiquette : DIASPORA
Burundi , Uburundi – Ibizoba / Diaspora : 28-03-2026 – Ukwizihiza umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi i Alost mu Bubiligi
On : --Ibirori vy’akanyamuneza n’umuco vyateguwe mu kwibuka umunsi wa 8 Ntwarante, biri munsi y’ubuserukizi bw’Uburundi mu Bubiligi. Alost (Ububiligi), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Imbere ya 1929, umwaka Mukakaryenda yahindurwako idini ku nguvu, uwo Mugore w’Ingoma nyeranda Karyenda, yitwa Ruburisoni hanyuma agahindurwa ku nguvu Maria…
Burundi / Uburundi : Pasiporo zirenga 140 z’Abarundi zatawe mu Buraya, ikimenyetso c’ubwimukira buteye amakenga
On : --Minisitiri Bizimana Edouard aragabisha ku ngeso zonona isura y’Uburundi. Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi yacu isigaye irangwa n’ububasha bw’ibihugu vyinshi (multipolarité), kuva mu 2020 Uburundi bwinjiye mu nzira y’ubutunzi bwa néolibéralisme bwiyongereye cane, ivyo bikaba vyatumye urwaruka rwinshi rw’Abarundi rujabuka…
Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria
On : --Ikibazo c’amatongo n’ibindi vyanyazwe kiri mu vyaganiriwe Pretoria (Afurika y’Epfo), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Intumwa za Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) zirongowe na Icegera c’Umukuru w’iyo Komisiyo Mgr Kimararungu Aimé J. zahuriye n’Abarundi baba mu mahanga baba muri Afurika y’Epfo, mu gisagara ca Pretoria,…
