Burundi, Uburundi / Umuco : Vumera Club ihagarariye Uburundi muri MASA muri Côte d’Ivoire
On : --Ingoma z’Uburundi ziriko zirakwiragiza umuco w’igihugu ku rwego rwa Afrika no kw’isi yose. Abidjan (Côte d’Ivoire), 9/04/2026 (BdiAgnews) – Uburundi, Ingoma y’Uburundi, ni igihugu c’Ingoma, igihugu c’ubwami bubiri (dyarchie), igihugu c’amateka maremare cane ku mugabane wa Afrika. Umukuru wa mbere ni Karyenda,…
