Burundi : Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD yagendeye Musongati

Burundi : Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD yagendeye Musongati

On : --

Ndikuriyo Révérien, uwuriko arakunzwe cane, yahumurije abakenyezi ba koperative Sangwe Burunga, 06/02/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye komine Musongati aho yahuye n’abakenyezi bahurikiye muri koperative Sangwe, basanzwe barima amavoka n’inanasi. Muri urwo rugendo, yabateye intege…

Burundi : Umupfasoni wa Perezida akeje Umukuru w’Igihugu ku buyobozi bwa UA

Burundi : Umupfasoni wa Perezida akeje Umukuru w’Igihugu ku buyobozi bwa UA

On : --

Ubutumwa bwo kumukeza bwatanzwe na Ndayubaha Angéline ari kumwe n’abana Bujumbura, 14/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’itorwa ry’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, ku buyobozi bw’Ubumwe bwa Afurika mu kiringo c’umwaka umwe, Umupfasoni wiwe, Nyenicubahiro Ndayubaha Angéline, ari kumwe n’abana, yaratanze ubutumwa…

Burundi / Panafricanisme : Ubufaransa burafunga umutungo wa Nyamsi Franklin

Burundi / Panafricanisme : Ubufaransa burafunga umutungo wa Nyamsi Franklin

On : --

Itegeko ry’Ubufaransa ryatumye haba impaka mu banyapolitike ba panafricanisme Bujumbura, 20/02/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi iriko irinjira mu bihe bishasha vya jeopolitike birangwa n’uguhiganwa kw’ibihugu n’ukwiyemeza kw’Afurika kwigenga, Reta y’Ubufaransa yasohoye kw’igenekerezo rya 10 Ruhuhuma 2026 itegeko rifunga umutungo w’Umwarimu Nyamsi…