En passant
Burundi , Uburundi: Ndayishimiye Évariste yemejwe nk’umukandida wa CNDD-FDD mu matora ya 2027
On : --Umukuru w’Igihugu asubiramwo ukwiyemeza kwiwe mu mutekano, intwaro ibereye, indero no kurwanya ubukene. Gitega, 26/04/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’uko yemejwe ku mugaragaro n’inama idasanzwe y’umugambwe CNDD-FDD nk’umukandida mu matora y’Umukuru w’Igihugu ya 2027, Perezida w’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, yarashimiye cane Abagumyabanga ku…
Burundi, Uburundi / Amatora 2027 : Ndayishimiye Évariste yatanguje ubukangurambaga bw’inyigisho z’amatora i Gitega
On : --Igikorwa c’igihugu cose kigamije amatora abereye, aboneye kandi atekanye. Gitega (Uburundi), 22/04/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, Général-Major, ari kumwe n’umupfasoni wiwe Nyenicubahiro Ndayubaha Angeline, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, yatanguje ku wa 22 Ndamukiza 2026 ku kibuga Ingoma i Gitega…
Burundi / Élections 2027 : Ndayishimiye Évariste lance la campagne d’éducation électorale à Gitega
On : --Une mobilisation nationale pour des élections inclusives, transparentes et apaisées. Gitega (Burundi), 22/04/2026 (BdiAgnews) – Le Président du Burundi, S.E. Ndayishimiye Évariste, Général-Major, accompagné de son épouse S.E. Ndayubaha Angeline, Première Dame du Burundi, a procédé ce 22 avril 2026 au stade…
Burundi, Uburundi / Ubuswisi : Imyiyerekano i Genève irwanya kwirukana Abarundi basaba ubuhungiro
On : --Abantu hafi 80 biyamirije i Bel-Air ukwirukanwa kw’Abarundi basaba ubuhungiro basubizwa mu gihugu cabo. Genève (Ubuswisi), 21/04/2026 (BdiAgnews) – Abantu bashika 80 barakoraniye ku mugoroba wo ku wa kabiri i Bel-Air mu gisagara ca Genève, bitavye akamo k’ishirahamwe Solidarité Tattes, mu kwiyamiriza…
