Catégorie : Amakuru
Burundi, Uburundi / Politike : Ndikuriyo Révérien ashikanye ku makomine 41 kuri 42 amaze kugendako mu mezi abiri
On : --Urugendo rw’igihugu cose rw’Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD ruri hafi kurangira inyuma y’amezi abiri y’ibikorwa ku rubuga. Gitega, 4/04/2026 (BdiAgnews) – Mu gukomeza ingendo ziwe zo kwegera abanyagihugu no gukurikirana imigambi y’iterambere, Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Nyakubahwa cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye kuri uwu…
Burundi , Uburundi / Sosiyete – Idini : Ukwibuka ububabare bwa Kristu kwakozwe n’Umukuru w’Igihugu gutera ivyiyumviro bitandukanye
On : --Hagati y’ukwemera kwa gikirisu n’ivyiyumviro vy’amateka, hari ababona ico gikorwa mu buryo butandukanye. Gitega , 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Ku musi wa Vendredi saint, igenekerezo rya 3 Ndamukiza 2026, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Évariste Ndayishimiye, azwi nk’umukirisu akomeye, yifatanyije n’umuryango…
Burundi, Uburundi / Tchad : CNDD-FDD na MPS bongereye ubufatanye bwabo bw’ikirenga
On : --Amashirahamwe yombi arongoye ibihugu vyabo yiyemeje gushira mu ngiro ubufatanye bufatika kandi bugaragara. N’Djamena (Tchad), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Umurwa mukuru wa Tchad, N’Djamena, wakiriye ku wa 26 Ntwarante 2026 inama yo ku rwego rwo hejuru yahuje Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD,…
Burundi, Uburundi / Ubutungane : Abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega bafashije abagororwa, 22 bararekuriwe
On : --Igikorwa c’ubwitange bw’abakenyezi b’abashingwamanza kiriko gitanga umusaruro mu gufasha abatagira ubushobozi kwitura ubutungane. Gitega, 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Mu kwezi kwahariwe agateka k’abakenyezi, kuva ku wa 3 gushika ku wa 27 Ntwarante 2026, abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega barakoze igikorwa c’akarorero co…
Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Umukuru w’Igihugu yakiriye uwuserukira OMS ashoje amabanga yiwe
On : --Isuzuma ryiza ry’ibikorwa vya OMS mu Burundi ryashizwe imbere mu mubonano w’ukumusezera. Bujumbura (Uburundi), 2 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, yakiriye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2026 ku Ngoro Ntare Rushatsi, uwuserukira Ishirahamwe…
Burundi, Uburundi / Politike – Makamba : Abagumyabanga bo muri Gatabo bahimbaje intsinzi y’amatora ya 2025
On : --Abanywanyi ba CNDD-FDD bashimiye intsinzi y’amatora n’ibikorwa vya Leta mu karere ka Gatabo. Makamba (Burunga), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Ku wa gatandatu igenekerezo rya 28 Ntwarante 2026, abagumyabanga bo muri zone Gatabo, komine Makamba, barahimbaje intsinzi baherutse kuronka mu matora ya 2025, mu…
Burundi, Uburundi / Umutekano : Abantu 13 bitavye Imana, 57 barakomereka inyuma y’iturika ryabereye mu bubiko bw’amasasu i Musaga
On : --Impanuka yabereye mu bubiko bw’amasasu y’ingabo yahitanye abanyagihugu n’abasirikare mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura. Bujumbura (Uburundi), 1/04/2026 (BdiAgnews) – Abantu n’imiburiburi 13 bo mu banyagihugu bitavye Imana, abandi 57 barakomereka, harimwo abasirikare batatu, inyuma y’iturika ryabaye ku mugoroba wo ku wa kabiri…
Burundi, Uburundi / Ubushinwa : Toni 300 z’amabuye y’agaciro zoherejwe hanze, ikimenyetso gikomeye ku butunzi bw’igihugu
On : --Ibikorwa vyitabweho n’amakoperative y’urwaruka bishigikiwe na PAEEJ vyerekana ubushobozi bw’igisata c’amabuye y’agaciro mu Burundi. Bujumbura (Uburundi), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Uburundi bwakoze, ku wa 26 Ntwarante 2026, igikorwa gikomeye co kohereza hanze amabuye y’agaciro agera kuri toni 300, ni ukuvuga konteneri…
