Page 35 – « Ingorane si ugupfa , ingorane ni ugupfa nabi ,gupfa ataco umariye umuryango wawe canke igihugu cakwibarutse .Wewe uri ngaha ndagusigiye iki kibazo : Uriko ukora iki kugira ngo uzopfire neza umuryango n’igihugu cakwibarutse ? »
Strasbourg-Kigali-Washington : comment l’Ambassadeur du Burundi à Bruxelles a inspiré le tournant américain contre le Rwanda ?

Strasbourg-Kigali-Washington : comment l’Ambassadeur du Burundi à Bruxelles a inspiré le tournant américain contre le Rwanda ?

On : --

En dénonçant avec une clarté implacable le rôle du Rwanda dans l’Est de la RDC devant le Parlement européen le 18 décembre 2025, l’ambassadeur du Burundi à Bruxelles, Son Excellence Thérence Ntahiraja, a non seulement éclairé les eurodéputés, mais a aussi posé…

Un franc burundais en quête d’équilibre : l’appel de Léonce Ndikumana à réformer un système de change dual

Un franc burundais en quête d’équilibre : l’appel de Léonce Ndikumana à réformer un système de change dual

On : --

Un fossé qui s’aggrave Depuis plusieurs années, la Banque de la République du Burundi (BRB) publie un taux officiel autour de 2 900 FBu par dollar. Les données mensuelles compilées jusqu’en février 2026 montrent que l’USD s’échangeait en moyenne 2 960,46 FBu et que le 3 mars 2026 la…

Burundi / UA : Nyamitwe mu gutangura umwaka w’akazi w’urukiko rwa Afurika

Burundi / UA : Nyamitwe mu gutangura umwaka w’akazi w’urukiko rwa Afurika

On : --

Urugendo rwa diplomasi i Arusha Arusha (Tanzaniya), 2026 (BdiAgnews) – Umuserukizi w’Uburundi Nyamitwe Willy ari kumwe n’Umuserukizi w’Uburundi muri Tanzaniya Nzeyimana Léontine bagendeye Umukuru w’Urukiko rwa Afurika rujejwe uburenganzira bwa muntu n’abenegihugu, umucamanza Tchikaya Blaise, i Arusha, aho baganiriye ku gukomeza ubufatanye…

Burundi / UA : Inama y’ubuhuza ku mahoro muri RDC

Burundi / UA : Inama y’ubuhuza ku mahoro muri RDC

On : --

Ndayishimiye yakiriye Mokgweetsi Masisi i Kiriri Bujumbura (Ingoro ya Kiriri), 02/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi kandi ari na we arongoye Ubumwe bwa Afurika muri iki gihe, Nyenicubahiro  Ndayishimiye Evariste, yakiriye intumwa zari zirongowe n’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Botswana Mokgweetsi Masisi,…