En passant
Burundi , Uburundi / Albanie : Vumera Club yaronse Agashimwe kadasanzwe mu Birori Mpuzamakungu vy’Imico kama i Vlora
On : --Ingoma z’Uburundi zashimiwe kubera inguvu zazo n’ubutunzi bw’umuco ku rubuga mpuzamakungu. Vlora (Albanie), 26/05/2026 (BdiAgnews) – Umugwi w’akaranga w’Abarundi Vumera Club, urongowe na Barandaje Jean-Barthélemy, warangije neza cane ukwitabira kwawo mu Birori Mpuzamakungu vy’Imico kama vyabereye i Vlora muri Albanie kuva ku…
Burundi / Albanie : Vumera Club remporte le Prix Spécial au Festival international de folklore de Vlora
On : --Les tambours du Burundi distingués pour leur énergie et leur richesse culturelle sur la scène internationale. Vlora (Albanie), 26/05/2026 (BdiAgnews) – Le groupe culturel burundais Vumera Club, dirigé par Barandaje Jean-Barthélemy, a clôturé avec éclat sa participation au Festival international de folklore organisé à Vlora,…
