Burundi, Uburundi / Diaspora – Ububiligi : Hibutswe imyaka 32 iheze Perezida Ntaryamira Cyprien yishwe
On : --Abarundi baba mu Bubirigi bibutse uwahoze arongoye Uburundi, yaguye mu gitero c’indege mu 1994. Bruxelles (Ububiligi), 6/04/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’imyaka 32 iheze habaye igitero co ku wa 6 Ndamukiza 1994, ikintu gihambaye cane mu mateka y’ivyago vyashikiye akarere k’ibiyaga binini vya…









